5.5 C
New York
Friday, April 16, 2021
Home Burundi Umuhisi Perezida Nkurunziza yashinguranywe iteka i Gitega

Umuhisi Perezida Nkurunziza yashinguranywe iteka i Gitega

Mu gitondo co kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 26 Ruheshi 2020, umuryango w’umuhisi Perezida Petero Nkurunziza yahora arongoye igihugu hamwe n’abategetsi bo muri iki gihugu uhereye kuwukiramutswa General Major Evariste Ndayishimiye hamwe n’abanyamahanga baba muri kino gihugu basezeye uwo muhisi mu bitaro vyo ku murwa mukuru w’intara ya Karusi.

Inyuma yaho baciye bafata ibarabara rija mu ntara ya Gitega ahateguwe ibikorwa n’imigirwa yo gushingurana iteka uwo muhisi.

Kuva ku bitaro i Karusi gushika i Gitega, hari abanyagihugu isinzi ku mpande zose z’ibarabara bamwe muri bo bafise amashurwe bakaba baza baramwunamira mu kumusezera irya nyuma.

Must Read

#Double Jay: Raba ivyiza yungutse Inyuma yo gutahukana Isanganiro Award

0
Ni ku ncuro y'icenda(9em édition)Radio Isanganiro itunganya ihiganwa ry'itiriwe (Isanganiro award)Aho batora ururirimbo ruzoharirwa umwaka.     Abaririmvyi nka Rally Joe,Yoya,Mkombozi,N John,Bernise the bell n'abandi..... Nibo bamaze gutahukana...