Uko ibirori vyo kwibuka imyaka 58 iheze Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira vyagenze
Kuri uno wa mbere Mukakaro umwaka w’2020, Uburundi n’abarundi baramutse bahimbaza imyaka 58 irangiye Uburundi buhabuje intahe yo kwikukira, ibirori vyahimbarijwe ku mirwa mikuru y’intara zigize Uburundi. I Bujumbura, uwo musi…