5.5 C
New York
Tuesday, April 20, 2021
Home Burundi “Uburundi ntibwoshinga icumu mu mashinga butubatse imigenderanire myiza n'amakungu“.

“Uburundi ntibwoshinga icumu mu mashinga butubatse imigenderanire myiza n’amakungu“.

Umukuru w’igihugu c’Uburundi ahamagarira abarundi kuzirikana ko batokwigira sindabibazwa mu kugiriranira imigenderanire myiza n’amakungu.

Biri mw’ijambo yashikirije abarundi mu ntumbero yo guhimbaza umunsi mukuru wo kwikukira wama uhimbazwa igenekerezo rya 1 Mukakaro. Evariste Ndayishimiye amenyesha ko

Evariste Ndayishimiye ahamagarira kandi abarundi bahunze kugaruka kwubaka igihugu c’uburundi mu ntumbero yo gutsimbaza koko intahe y’ukwikukira.

Must Read

Rukinzo yatakaje inkino zibiri za mbere muri Tuniziya.

0
Igihugu ca Tuniziya nico kiriko gitunganya ihiganwa rikomeye rya CAVB rihuza imirwi yabaye iya mbere mu bihugu vyabo kuva kw'igenekerezo rya 16 gushika kurya...