5.5 C
New York
Thursday, July 29, 2021
HomeBurundiUko ibirori vyo kwibuka imyaka 58 iheze Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira vyagenze

Uko ibirori vyo kwibuka imyaka 58 iheze Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira vyagenze

Kuri uno wa mbere Mukakaro umwaka w’2020, Uburundi n’abarundi baramutse bahimbaza imyaka 58 irangiye Uburundi buhabuje intahe yo kwikukira, ibirori vyahimbarijwe ku mirwa mikuru y’intara zigize Uburundi.

I Bujumbura, uwo musi mukuru wahimbarijwe kw’ibarabara ryitiriwe ukwikukira kw’Uburundi, boulevard de l’indépendance.

Ido n’ido ry’ukuntu vyagenze ni ngaha musi muri ino video :

- Advertisment -

Must Read

#Indundi Sports | Intamba mu rugamba amaguru yose muri Finale

0
Intamba mu rugamba zihejeje gukatisha itike ryo kwitabira urukino rwa nyuma ( Finale ) rw’igikombe ca Cecafa Challenge Cup ririko ribera muri Ethiopie. Hari kuri...