5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Espoir Fc yaguze umukinyi yigeze gukinira LLBS4A

# Indundi Sports | Espoir Fc yaguze umukinyi yigeze gukinira LLBS4A

Umugwi Espoir Fc ukina mu cicaro ca mbere waguze Irakoze Dieudonné, akaba yashize umukono Ku masezerano yo gukinira uwo mu gwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’uRwanda mu kiringo c’imyaka ibiri .

Akaba agiye muriwo avuye mu Mugwi Mukura Vs , yakiniye imigwi ya hano iwacu nka Maniema Fantastic ari nawo wamureze, akinira Umugwi w’abasirikare b’u Burundi Muzinga Fc awo nawo yawuvuyemwo aja mu muri LLBS4A muri kino gihe akab ari mu gihugu c’u Rwanda.

Irakoze Dieudonné akaba afise se  amuvyara w’umunyarwanda , nayo nyina amuvyara akaba umurundikazi.

 

- Advertisment -

Must Read

Africa Nova agiye gusubira kuryohera abamukunda

0
Indirimbo zitari nke za Africa Nova zakunzwe haraheze igihe kitari gito, ziriko zirasubirwamwo. izo ndirimbo zikaba ziriko zisubirwamwo n'uwo muririmvyi nyene. Imwe muriyo ni Mwiriwe...