Urutonde rw’abakinyi 11 bitwaye neza muri Primus league
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 11 Mukakaro 2020, i Ngozi ku kibuga c'urukundo mu rukino rwa Final rwahuje Rukinzo Fc na Musongati niho hatanzwe ubushimwe butandukanye ku bakinyi bitwaye neza mw'ihiganwa rya…