5.5 C
New York
Sunday, April 11, 2021
Home abakinyi bakina hanze Urutonde rw'abakinyi 11 bitwaye neza muri Primus league

Urutonde rw’abakinyi 11 bitwaye neza muri Primus league

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 11 Mukakaro 2020, i Ngozi ku kibuga c’urukundo mu rukino rwa Final rwahuje Rukinzo Fc na Musongati niho hatanzwe ubushimwe butandukanye ku bakinyi bitwaye neza mw’ihiganwa rya Primus league ry’umwaka wa 2020-2021 , Umumenyereza mwiza w’umwaka ndetse n’abakinyi 11 bitwaye neza gusunba abandi.

Mu bakinyi 11 bitwaye neza harimwo uwahoze ari kizigenza w’intamba mu rugamba Saido Ntibazonkiza.

Abakinyi 11 batowe n’abamenyeshamakuru ndetse n’abakunzi b’inkino akaba ari aba bakurikira:

1) Rukundo Onesime
2) Ngabonziza Blanchard
3)Samir Said
4) Ndizeye Eric
5) Mvuyekure Radjabu Temba
6) Bigirimana Abedi
7) Musore Aaron
8) Nshimirimana Jospin
9) Nihoreho Arsen
10) Saido Ntibazonkiza
11) Iddy Museremu

Must Read

Les Jumeaux Music Club : Apprendre comment devenir boss de soi-même

0
Au moment où le marché du travail devient de plus en plus rare et que certains lauréats des universités tant publiques que privées gardent...