5.5 C
New York
Sunday, January 17, 2021
Home abakinyi bakina hanze Les Elephants y'ibubanza yasubiye kuduga mu cicaro ca mbere

Les Elephants y’ibubanza yasubiye kuduga mu cicaro ca mbere

Inyuma yo kunganya na Delta Star igitsindo 1-1 mu rukino rwo gusubiriza rwo guhiganirwa itike ryo kuduga mu cicaro ca mbere , les Elephants niwo waronse amahirwe yo kuduga mu cicaro ca mbere .

Mu rukino rwo gutangura rwabereye ku kibuga c’urunani, umugwi Les Elephants watsinze Delta Star ibitsindo 2-0.

Les Elephants yo mu ntara ya Bubanza waciye uhamvya iyindi migwi ibiri yaduze mu cicaro ca mbere nka Muzinga Fc y’i Bujumbura hamwe na Royale Fc y’i Muramvya.

Mwomenya y’uko iyo migwi yose yaduze mu cicaro ca mbere atari irya mbere izoba iduze muri ico cicaro.

Must Read

Indirimbo ya Mow Kanzie na Olegue yamaze kwemerwa. None ni ryari?

0
  Indirimbo hagati ya Mow Kanzie na Olegue ngo irashobora kuboneka mu misi ya vuba, ivyo n’ibiheruka kwemerwa n’abo baririmvyi bose uko ari 2 biciye...