HomeCAN2019Ishirahamwe AFH ryatunganije ibikorwa vy’ici ku rwaruka ruri mu karuhuko

Ishirahamwe AFH ryatunganije ibikorwa vy’ici ku rwaruka ruri mu karuhuko

Mu ntumbero yo gufasha urwaruka no kururinda kuja mu bitabereye mu gihe c’uburuhuko, ishirahamwe Football Helps ( AFH) ryatunganije ibikorwa kuri urwo rwaruka bizotangura kw’igenekerezo rya 18/07/2020 mu nyakabiga avenue de l’imprimerie kuva isaha 8h.

Kakazoba ari n’akaryo keza ko kwigisha urwo rwaruka ivyirwa vyo kubakundisha igihugu no kukizirikana , bakazokora n’ibikorwa rusangi mu gusukura igisagara na cane cane muri Komine Mukaza mu gusozera ivyo bikorwa urwo rwaruka ruzoronswa amakaye .

Mwomenya y’uko atari irya mbere iryo shirahanwe rya Football Helps ritunganya izo nkino ku rwaruka.

- Advertisment -

Must Read

Habura umwanya Fortran akorane Collabo n’abarundi

0
Ikigezweho kuri Fortran Bigirimana n'indirimbo nshasha aheruka gushira ahabona yise Ni wewe. Iyo ndirimbo ikaba yanasohorewe amasanamu. Mu kiganiro aheruka guha abamenyeshamakuru, Fortran yavuze ko...