Homefeatured sportJimmy yatanze abakinyi 11 bitwaye neza muri Primus league

Jimmy yatanze abakinyi 11 bitwaye neza muri Primus league

Umumenyereza wa Messager Ngozi Jimmy Ndayizeye yatwaye  Primus League yavuze urutonde rw’abakinyi 11 kuriwe abona y’uko bitwaye neza mw’ihiganwa rya Primus league ry’umwaka wa 2019-2020.

Ari kuri Micro ya Indundi TV Jimmy Ndayizeye yavuze kahise kiwe kajanye n’umupira w’amaguru ndetse n’imigwi yagiye aracamwo igihe yari akiri umukinyi.

Mu bakinyi 11 yavuze y’uko bitwaye neza harimwo abakinyi 2 ba Messager Ngozi, 3 ba Aigle Noir , 3 ba Musongati , 2 ba Olympic Star , 1 wa Rukinzo .

Amazina yose yabo bakinyi mushobora kuyakurikirana muciye kuri iyo Link ya Indundi TV 👇🏿👇🏿👇🏿👇🏿👇🏿

- Advertisment -

Must Read

Indyane z’amoko zahitanye 338 muri Ethiopia

0
Abantu 338 nibo bemezwa na Leta ya Ethiopie ko biciwe mu gitero cabaye mu ntango z'ukwezi kwa 6 mu gace ka Oromia. Ico gitero cagirijwe...