5.5 C
New York
Tuesday, May 18, 2021
Home Burundi Imitumba yose igize igihugu igiye guhimirizwa n'abaheruka guhabwa inyigisho

Imitumba yose igize igihugu igiye guhimirizwa n’abaheruka guhabwa inyigisho

Mu ntumbero yo gutanguza indwi yahariwe amagara meza ku bavyeyi n’ibibondo, ubushikiranganji bujejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bwaraye butanguye isekeza ryo gucandaga abana n’abavyeyi bibungenze.

Muri iryo sekeza nyene, umushikiranganji Ndikumana Thaddee aramutswa ubwo bushikiranganji yamenyesheje ko imitumba yose igize igihugu igiye guhimirizwa n’abantu barimwo n’abaremeshakiyago baheruka guhabwa inyigisho zijanye n’ingene Coronavirus ifata, ibimenyetso vy’uwuyirwaye hamwe n’ingene boyikingira.

Uducimbiri tugera ku bihumbi ijana na mirongo ibiri nitwo dutegekanywa kuzohabwa iryo himiriza.

Must Read

Basket : Les amis yatwaye igikombe ica ikatisha itike mu cicaro...

0
Kuri uyu w'Imana niho mw'ishirahamwe rya basket ball mu gisagara ca Bujumbura hasozerewe ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri , urukino rwasozereye iryo higanwa...