#Indundi Sports | Rukinzo Fc yaguze abakinyi bashasha 7
Umugwi w'igiporisi c'uburundi Rukinzo Fc waraye uguze abakinyi 7 bashasha uzokwifashisha mw'ihiganwa ry'umwaka wa 2020-2021 Abo bakinyi waguze akaba ari abakinyi beza cane bazowufasha ibitari bike…