5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Fc Barcelona mu nzira yo kugurisha abakinyi 12

# Indundi Sports | Fc Barcelona mu nzira yo kugurisha abakinyi 12

Umugwi Fc Barcelona wo mu gihugu ca Espagne wamenyesheje ko ugiye gutiza abakinyi 12 bahoze baywukinira mu gihe c’igura n’igurisha .

Abo bakinyi akaba ari aba bakurikira : Neto, Nelson Semedo, Samuel Umtiti, Junior Firpo , Ivan Rakitic , Arturo Viadal, Ousmane Dembele , Martin Braintwaite , Carles Alena , Rafinha Alcantara , Jean -Clair Todibo hamwe na Philippe Coutinho.

Naho washize ahabona abo bakinyi uzogurisha n’iyindi migwi, uwo mugwi uracafise amakenga ku migwi ishobora kubagura kumvo z’uburyo bivanye n’ikiza  Coronavirus kimaze amezi atari make gutikiza inganda.

- Advertisment -

Must Read

Africa Nova agiye gusubira kuryohera abamukunda

0
Indirimbo zitari nke za Africa Nova zakunzwe haraheze igihe kitari gito, ziriko zirasubirwamwo. izo ndirimbo zikaba ziriko zisubirwamwo n'uwo muririmvyi nyene. Imwe muriyo ni Mwiriwe...