5.5 C
New York
Wednesday, December 1, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Kayanza United ishobora gusinyisha abakinyi 3 ba Aigle...

# Indundi Sports | Kayanza United ishobora gusinyisha abakinyi 3 ba Aigle Noire

Amakuru Indundi Sports itararonka umuco ukwiye neza ariko igitohoza ni uko umugwi Kayanza United ushobora gusinyisha abakinyi 3 bahoze bakinira Aigle Noire the Fighers y’i Makamba

.Abo bakinyi akaba ari umunyegori  ndizeye Aimé Fales , Mugisha Anton hamwe na Mabano Shabani.

Kayanza United ikaba iriko igura abakinyi batari bake beza kuvaho Joslin Bipfubusa yashikiye muri uwo mugwi benshi bakabona ko iumuzo w’uwo mumenyereza yahoze amenyereza  Aigle Noire ushobora gutuma abo bakinyi 3 yahoze amenyereza biyunga n’uwo umugwi .

Mwomenya ko abo bakinyi 3 bari mu bakinyi 12 Umugwi Aigle Noire warekuye.

- Advertisment -

Must Read

Muri Hipipo Music Awards ibihangange ngo ntaco bizohanoba Imbere ya Natacha

0
Indirimbo nshasha pakuchena ya Natacha ngo itegerezwa gutahukana agashimwe mw’ihiganwa ryo mu gihugu ca Uganda irimwo, Hipipo Music Awards, ivyo bikaba vyashikirijwe n’uwahoze ari...