5.5 C
New York
Saturday, September 25, 2021
HomeCAN2019# Indundi Sports | Muzinga Fc yaguze abakinyi 6 bashasha

# Indundi Sports | Muzinga Fc yaguze abakinyi 6 bashasha

 

Umugwi w’igisirikare c’u Burundi Muzinga Fc watanguye kwiyubaka mu kugukura abakinyi bazoyifasha mu cicaro ca mbere .

Muzinga Fc ikaba imaze gutanga amasezerano ku bakinyi bashika kuri 6 abo nabo akaba ari Shauri Amissi yavuye muri Inter Star , Barekensabe Hassan avuye muri Aigle Noire , Bahizi Richard avuye muri Pirate Génération , Harerimana Amissi avuye muri Les lierres, Bigirimana Christian Aigle Noire, hamwe na Nduwimana Mossi avuye muri Inter Bank.

Muzinga Fc ikaba iduze mu cicaro ca mbere muri uno mwaka 2020 inyuma yo kumara imyaka ishika kuri 4 ikina mu cicaro ca mbere .

Mwomenya ko uwo mugwi urongowe na Colonel Alexis umaze gusinyisha umumenyereza bimenyimana Robert yigeze kuyibera umurongozi mu bijanye n’umubuhiga ( Directeur Technique)

- Advertisment -

Must Read

Hamenyekanye izina ry’igikorwa Masterland agira asohore

0
Ni mu gihe twari duheruka kumubona mw'ihiganwa rya Tagata na Primustar aho yashitse mu gice gishira ica nyuma ariko ntiyaronka amahirwe yo gutahukana agashimwe...