5.5 C
New York
Monday, September 27, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Aba nibo bakinyi Aigle Noire izokwifashisha mw'ihiganwa rya...

# Indundi Sports | Aba nibo bakinyi Aigle Noire izokwifashisha mw’ihiganwa rya Primus league rikurikira

Umugwi Aigle Noire The Fighters w’i Makamba washize ahabona abakinyi 19 uzokwifashisha mw’ihiganwa ry’umwaka wa 2020-2021 mu kurindira yuko bakwize igitigiri c’abakinyi 25 basabwa n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru FFB muri abo bakinyi hakaba harimwo Nshimirimana Jospin amaze kugurwa n’umugwi wo muri Maroc naho amaze kugurwa azobanza gukinira uwo Mugwi mu kurindira y’uko agenda.

Abo bakinyi 19 akaba ari aba bakurikiira:

1.NKURUNZIZA Fabrice
2.NGABONZIZA Blanchard
3.NDIKUMANA Dieu Merci
4.NDIKUMANA Asman
5.HONONO Désiré
6.MASUDI Narcisse
7.MUSANGA Henry
8.NKURUNZIZA Yannick
9.NZOJIBWAMI Franck
10.MUGISHA Antoine
11.MISAGO Jules
12.NGABO Mossi Trésor
13.MVUYEKURE Seleman
14.ÉDOUARD
15.RUKUMBUZYA
16.NIYONZIMA Nicolas
17.HITIMANA Hamza
18.ERIC Johola
19.NSHIMIRIMANA Jospin

- Advertisment -

Must Read

# indundi Sports| Ndikumana Justin yongewe amasezerano muri Bandari Fc

0
Justin Ndikumana abandanya yizerwa muri Bandari Fc umugwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Kenya. Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya...