# Indundi Sports | Ulimwengu Jules yabeshuje amakuru avuga ko yamaze kugaruka muri Sunrise
Umukinyi w'umusatitizi w'intamba mu rugamba za batarenza imyaka 23 Ulimwengu Jules arabeshuza amakuru yabonetse kuri bimwe mu binyamakuru vyo mu Rwanda avuga y'uko amaze gusinya mu Mugwi Sunrise yigeze…