5.5 C
New York
Thursday, May 6, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports |kirungo ntakigiye gukinira Etincelles Fc mu Rwanda

# Indundi Sports |kirungo ntakigiye gukinira Etincelles Fc mu Rwanda

Nubwo bimwe mu bimenyeshamakuru vyo mu Rwanda vyamenyesheje ko umukinyi wo hagati mu murwi Olympic Star Kwizere Eric batazira  kirungo amaze kugurwa n’umurwi Etincelles Fc, uwo mukinyi yahavuye agaruka muri Olympic Star bivanye n’uko atumvikanye n’abarongozi ba Etincelles Fc .

Ku makuru Indundi Sports yaronse nuko uwo mukinyi  yahisemwo kwongereza amasezerano y’umwaka umwe muri uwo Mugwi .

Kirungo akaba ari mu bakinyi beza bakina Ku numero 10 bigenjeje neza mw’ihiganwa rya Primus league 2019-2020 akaba yarangije iryo higanwa atsinze ibitsindo 14

.

 

Must Read

Urugendo bahora barihira ibihumbi 8 bariko barurihira ibihumbi 15

0
Abo ni abipakiza imiduga bavuye mu gisagara ca Bujumbura baja mu bumanuko bw’igihugu, aho bitaboroheye kwiyunguruzaku muhingamo wo kuri uno wa kane. Intanduruko ni ikiraro...