5.5 C
New York
Friday, May 14, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports | Abakinyi 5 babaye rurangiranwa mu mahiganwa y'iburaya mu...

# Indundi Sports | Abakinyi 5 babaye rurangiranwa mu mahiganwa y’iburaya mu gucenga cane

Naho amahiganwa amwe y’iburayi yarahagaritswe Ku mvo z’ikiza Coronavirus ntihobuze kuboneka abakinyi bakomeye babaye rurangiranwa mu gucega abandi muri uno mwaka, ndetse Neymar Junior na Lionnel Messi bakaba bari, muri urwo rutonde .

Nubwo batarabitangaza, muri urwo rutonde rw’abakinyi 5 uwufata ikibanza ca mbere ni umukinyi wa Wolfs Adana Traore akaba afise icenga 183 imbere ya Messi afise amacenga 182 mugihe Neymar Junior afata ikibanza ca 4 n’amacenga agera kuri 90

Urutonde dufatiye ku ma cenga(i korosi) yabo rukaba rumeze uku gukurikira:

1) Muri Premier League : Traoré afise amacenga 183

2) Muri la liga : Lionnrl Messi afise amacenga 182

3) Muri Serie A : Biga afise amacenga 132

4) Muri League 1: Neymar Junior afise amacenga 90

5) Muri Bundesliga : Davies afise amacenga 83

Must Read

#Sat B| Ikinyobwa Cambiye (waragi)kirateye induru mu banye dini

0
Mu gihe asigaye ari umuserukizi wa Crown Royal ishirahamwe risanzwe rikora Ikinyobwa Cambiye mu bwoko bw'ama liquer( waragi). Sat B yatowe ngo abe Ambassadeur yemererwa...