5.5 C
New York
Tuesday, January 26, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports | Uyu niwe mukinyi w'ibihe vyose muri Fc Barcelona...

# Indundi Sports | Uyu niwe mukinyi w’ibihe vyose muri Fc Barcelona ntabwo ari Messi

Abakunzi b’umugwi Fc Barcelona batoye umukinyi w’ibihe vyose w’umugwi Fc Barcelona uyo nawe akaba ari Diego Maradona , mugihe Lionnel Messi yafashe ikibanza ca 3 Samuel Et’oo mu kibanza ca 14.

Uku Niko abakinyi baciye muri Fc Barcelona bagiye baratorwa n’abakunzi b’uyo mugwi :

25) Patrick Kluivert ( 1998-2004)

24) Gheorghe Hagi ( 1994-1996)

23) LasLo Kubadala ( 1950-19961)

22) Deco ( 2004-2008)

21) Michael Laudrup ( 1998-1994)

20) Victor Valdes ( 2002-2014)

19) Hristo Stoichkov ( 1990-1995, 1996-1998)

18) Romario ( 1993-1995)

17) Ronald Koeman ( 1989-1995)

16) David Villa ( 2010-2013)

15) Rivaldo ( 1997-2002)

14) Samuel Et’oo ( 2004-2009)

13) Sergio Busquets ( 2008- Present )

12) Dani Alves ( 2008-2016)

11) Luis Suarez ( 2014- Present )

10) Gerard Pique ( 2008- Present )

9) Neymar Junior ( 2013- 2017)

8) Ronaldo Nazario ( 1996-1997)

7) Carlos Puyol ( 1999-2014)

6) Xavi ( 1998-2015)

5) Andres Iniesta (2002-2018)

4) Johan Cruyff ( 1973-1978)

3) Lionel Messi ( 2004- Present )

2) Ronaldinho ( 2003-2008)

1) Diego Maradona ( 1982- 1984)

Must Read

Platini ngo aronse ah’aca Shaddy Boo Ubwiza bwiwe ntiyobwitesha

0
  Platini yigeze kuba ari muri Dream Boys ngo ntaho yohera yanka kugiriranira imigenderanire y’urukundo na Shadia benshi bazi nka Shaddy Boo. Ivyo akaba aheruka...