5.5 C
New York
Sunday, September 26, 2021
HomeHealthAba nibo bivurwa ko ikiza Covid 19 kimaze guhitana kw'isi yose.

Aba nibo bivurwa ko ikiza Covid 19 kimaze guhitana kw’isi yose.

 

Hafitiwe ku makuru ya nyuma aherutse gusohoka ku vyerekeye Covid 19, nk’uko vyasohowe na Université yitwa Johns Hopkins , abantu ngo bagera kuri 19.499.341 (imiliyoni cumi n”icenda n’ibihumbi amajana ane na mirongo icenda n’icenda hamwe n’amajana atatu na mirongo ine na rimwe) no nibo bamaze kurwara ico kiza.

Muri bo ngo abashika 723.881 baritavye Imana nayo abashika 11.864.471 baraheza ngo barakira.

source: As.com

- Advertisment -

Must Read

# indundi Sports| Ndikumana Justin yongewe amasezerano muri Bandari Fc

0
Justin Ndikumana abandanya yizerwa muri Bandari Fc umugwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Kenya. Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya...