HomeAbakinyi 11 b'abanya Africa bamaze kwinjiza ibitsindo vyinshi muri UEFA Champions...
Array

Abakinyi 11 b’abanya Africa bamaze kwinjiza ibitsindo vyinshi muri UEFA Champions league

Igenekerezo rya 08 Myandagaro 2020, ikimenyeshamakuru Orange Football Club carashize ahabona abakinyi 11 b’abanya Africa Bamaze kwinjiza ibitsindo vyinshi muri UEFA Champions league .

Prezida wa Liberia Geroge Weah akaba ari muri urwo rutonde akaba ari nawe mukinyi w’umunya Africa amaze gutahukana umupira w’inzahabu ( Balon d’or) .

Didier Drogba niwe afata ikibanza ca mbere , agakurikirwa na Samuel Et’oo.

Uru nirwo rutonde rw’abakinyi 11 b’abanya Africa b’ibihe vyose bamaze gutsinda ibitsindo vyinshi .

11) Michael Essien : 11buts ( Ghana – Chelsea , Real Madrid , AC Milan)

10) Rabah Madjer : 11buts ( Algeria- Porto)

9) Emanuel Adebayor : 13 Buts ( Togo- Monaco , Arsenal, Real Madrid )

8) Vincent Aboubakar : 14 buts ( Cameroun – Porto, Beskitas)

7) George Weah: 14 buts ( Liberia – Paris Sait Germain , Ac Milan )

6) Pierre – Emerick Aubameyang : 15 buts ( Gabon – Borussia Dortmund )

5) Saido Mané : 16 buts ( Sénégal- Liverpool)

4) Seydou Doumbia : 19 buts ( cote d’ivoire – CSKA Moscou, Fc Bale , Sporting Lisbonne)

3) Mohamed Salah : 26 buts ( Egypte – Fc Bale , As Roma , Liverpool)

2) Samuel Eto’o : 33 Buts ( Cameroun – Real Madrid , Mallorca , Barcelona , Inter , Chelsea

1) Didier Drogba : 44 buts ( Cote d’ivoire – Marseille, Chelsea , Galatasaray )

- Advertisment -

Must Read

Big Fizzo ngo n’abandi nibatumirwe

0
Uno musi impari ntizibuze ku buryo ibiteramo Big Fizzo aheruka gukorera ku mugabane wa buraya vyagenze, ariko kubwiwe ngo ibiteramo vyagenze neza cane. Mu kiganiro...