5.5 C
New York
Monday, April 19, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports | Gael Bigirimana yaraye aronse umugwi mushasha

# Indundi Sports | Gael Bigirimana yaraye aronse umugwi mushasha

Umukinyi wo hagati w’umugwi nserukira gihugu intamba mu rugamba Gael Bigirimana yaraye ashize umukono Ku masezerano yo gukinira umugwi GLENTORAN FC uri mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Ireland du Nord.

Uwo Mugwi  ukaba usanzwe uri mu kibanza ca gatanu mw’ihiganwa rya Ireland du Nord .

Si umugwi mubi kuko umaze gutwara ibikombe bishika kuri 23 vy’ihiganwa.

N’intambwe kuri Gael Bigirimana n’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba bivanye n’uko yari amaze igihe kirekire adafise umugwi abarizwamo.

Must Read

# Indundi Sports | PLB: Uku niko imigwi yatsindanye ku ndwi...

0
kuva kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 16 Ndamukiza gushika kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 17 Ndamukiza 2021 , ihiganwa rya...