5.5 C
New York
Monday, May 10, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports | Abakinyi 10 b'abanya Afrika batunze

# Indundi Sports | Abakinyi 10 b’abanya Afrika batunze

Ikimenyeshamakuru co muri Africa y’epfo Soccer Laduma cashize ahabona abakinyi 10 b’abanya Africa batunze gusumba abandi muri urwo rutonde tuhasangamwo abakinyi babiri bo muri Côte d’ivoire abo nabo akaba ari Dider drogba hamwe na Yaya touré Nyenyeri .

Uku Niko basumbana amahera :

1) Samuel Eto’o : akaba afise imiriyaridi 78 n’imiriyoni 173

2) Didier Drogba : akaba afise Imiriyaridi 54 n’imiriyoni 721

3) Yaya Touré Nyenyeri : akaba afise imiriyaridi 44 n’imiriyoni 658

Abandi bakinyi basigaye ni nka Emauel Adebayor afata ikibanza ca (4), Mohammed Salah (5) , Obi Mikel (6), Saido Mané (7), Aubameyang ( 8), Michael Essien ( 9) , Samoah Gyan (10).

Must Read

Esther Nish ngo Urwo ruhererekana rw’ibiteramo ni no mu ntumbero yo...

0
Uruhererekane rw’ibiteramo, n’ishirwa ahabona ry’urukurikirane rw’indirimbo nivyo umuririmvyi Esther Nish n’abasahirizi biwe, Bukiv Label bari baramutse bayagira abamenyeshamakuru ku musi w’ejo igenekerezo rya 7...