5.5 C
New York
Saturday, September 25, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports |Abakinyi ba 5 Aigle Noire yaguze bashitse i Dar...

# Indundi Sports |Abakinyi ba 5 Aigle Noire yaguze bashitse i Dar es Salaam

Iryavuzwe riratashe , b’abakinyi 5 bafise ubwene gihugu bwa Cote d’ivoire vyavurwa ko bazoshika i Burundi kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 13 Myandagaro 2020, bamaze gushika i Dar es Salaam.

Abo bakinyi bakaba barindaranywe igishika mu ntara ya Makamba bukeye bwaho bazoca bafata iyigana mu Ruyigi aho umugwi Aigle Noire umaze imisi ukorera imyimenyerezo yo kwitegurira ihiganwa ry’umwaka wa 2020-2021, ndetse n’urukino rwa kivandimwe ruzobahuza n’umugwi Musongati Fc igenekerezo rya 22 Myandagaro 2020, I Gitega Ku kibuga c’ingoma .

Abo bakinyi 5 b’abanya mahanga bavuye muri Côte d’ivoire akaba ari aba bakurikira :

1) Traore Mohammed
2) Barro Hassane Berousse
3)Akouani Chris Emmanuel
4) Coulibaly Abdel Mohammed
5) Koffi Kouassi Bernard

- Advertisment -

Must Read

Vivi Muyomba na Linah Blanch mu munezero udasanzwe

0
Imyaka irenga 14 Vivi Muyomba abana n'umugore wiwe Linah Blanch mu munezero, urukundo no gukorera hamwe Imana yahavuye ibahezagiza ikibondo. Amakuru dufise n’uko ivy’urukundo rwabo...