Home# Indundi Sports | Official : Iddy Muserem yamaze gusinya muri Gasogi...
Array

# Indundi Sports | Official : Iddy Muserem yamaze gusinya muri Gasogi United

Inyuma y’urukurukuru rwava mugihugu c’Urwanda  ruvuga ko umusatirizi w’umugwi Messager Ngozi ashobora kwerekeza muri Gasogi United muri ico gihugu , urukurukuru rwahavuye ruba inkuru ahejeje gushira umukono ku masezerano yo gukinira uwo mugwi .

Imyaka ibiri niyo uwo mukinyi agiye gukinira uwo mugwi wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda .

Muri Gasogi United agiye guhasangamwo uwundi murundi Ndikumana Tresor yigeze gukinira umugwi wa LLBS4A.

Mwomenya ko Iddy Muserem ariwe yabaye umusatirizi mwiza yinjije ibitsindo vyinshi mw’ihiganwa rya Primus league 2019-2020, aho yarangije yinjije  ibitsindo 19.

 

- Advertisment -

Must Read

Big Fizzo ngo n’abandi nibatumirwe

0
Uno musi impari ntizibuze ku buryo ibiteramo Big Fizzo aheruka gukorera ku mugabane wa buraya vyagenze, ariko kubwiwe ngo ibiteramo vyagenze neza cane. Mu kiganiro...