5.5 C
New York
Tuesday, January 19, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports | Bimenyimana Bon fils Caleb yaraye yinjije igitsindo ciwe...

# Indundi Sports | Bimenyimana Bon fils Caleb yaraye yinjije igitsindo ciwe ca mbere

Umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba Bimenyimana Bon fils Caleb yaraye afashije FK Pahronie yo muri Slovakie kunganya na Spartak igitsindo 1-1 .

Bimenyimana Caleb akaba yagomboreye igitsindo umugwi akinamwo Ku munota wa 61 w’urukino maze urukino ruza kurangira banganije.

Umugwi Pohronie ubu ukaba waciye ukwiza amanota 2 mu nkino zibiri ukaba ubarizwa mu kibanza ca 9 mu migwi 12.

Mwomenya ko ico ari igitsindo ciwe ca mbere atsindiye uwo mugwi inyuma y’imisi 5 gusa asinye.

Must Read

Gaga Blue mw’isura nshasha mu muziki Ndundi inyuma y’ibihe vy’amakuba

0
Inyuma yaho Umuririmvyi Gaga Blue agiriye ikibazo akabura umuhagarikizi w'ibikorwa vyiwe ariwe Jay Cena canke Life Maisha yarasanzwe arongoye Record Label yise U&I Studio...