Home# Indundi Sports | Saido Berahino yaraye ateturuye Zulte weregem
Array

# Indundi Sports | Saido Berahino yaraye ateturuye Zulte weregem

Kuri uyu wa w’Imana w’igenekerezo rya 16 Myandagaro 2020, niho umugwi zulte Weregem ukinamwo Kizigenza w’intamba mu rugamba Saido Berahino wari wakiriye Beerschot mu rukino rw’indwi ya 2 mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Bubirigi Jupiler pro .

Urwo rukino rukaba rwararangiye  Zulte weregem itsinzwe na Beerschot ibitsindo 3-1 , Saido akaba ariye yeteturuye Zulte weregem Ku batsindira ico gitsindo kimwe Ku munota wa 57.

Mwomenya ko Berahino yahora aronderwa n’imigwi itandukanye y’iburayi nka Celtic hamwe na Rangers .

- Advertisment -

Must Read

Lumitel, the new official sponsor of the women’s branch of the...

0
At the national technical centre, the Burundi Football Federation has signed a partnership contract with the communication company operating in Burundi known as Lumitel. This...