Home# Indundi Sports | Vital'o Fc igiye kwerekeza muri Tanzania gukina na...
Array

# Indundi Sports | Vital’o Fc igiye kwerekeza muri Tanzania gukina na Simba Sc

Umugwi Vital’o Fc ugiye gufata urugendo gwerekeza mu gisagara ca Dar es Salaam  mu ntumbero yo gukina urukino rw’igicuti n’umugwi Simba Sc .

 

Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 20 Myandagaro 2020, niho umugwi Vital’o Fc uzofata urugendo rubashikana mu Ntara ya kigoma mu gihugu ca Tanzania, munyuma bazoce burira indege izobashikana mu gisagara ca dar es salaam .

Bakaba bagiye gukina urukino rwa kivandimwe n’umugwi Simba Sc rwo kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 22 Myandagaro 2020 Ku kibuga ca Taifa .

Rukaba ari urukino rwo kwerekana abakinyi bashasha Simba Sc waguze , ndetse unagurishe n’imyambaro mishasha Ku bakunzi b’uwo Mugwi.

- Advertisment -

Must Read

Big Fizzo ngo n’abandi nibatumirwe

0
Uno musi impari ntizibuze ku buryo ibiteramo Big Fizzo aheruka gukorera ku mugabane wa buraya vyagenze, ariko kubwiwe ngo ibiteramo vyagenze neza cane. Mu kiganiro...