5.5 C
New York
Thursday, January 28, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports | Manirakiza Marc niwe yatowe kurongora umugwi Messager Ngozi

# Indundi Sports | Manirakiza Marc niwe yatowe kurongora umugwi Messager Ngozi

Kuri uyu wa kabiri w’ igenekerezo rya 18 Myandagaro 2020, I Ngozi niho haba inama yahuje uwurongoye academies les Messagers Athanase n’ abaserukida ibisata bitandukanye muri academie le Messager nka ( Rally , Basketball ,Football ,…) Tutibagiye n’abakunzi b’umugwi Messager Fc Ngozi .

Muvyayazwe muri iyo nama hari no gutora umurongozi mushasha azorongora uwo mugwi ,uwatowe akaba Manirakiza Marc benshi bazi kw’izina rya Poshen akaba asubiriye Ntibarutaye Dieudonné.

Manirakiza Marc benshi bazi kw’izina rya poshen akaba yari yigeze kurongora uwo Mugwi ndetse aranawufasha ibitari bike akaba nk’uwugarutse murugo.

 

Mwomenya ko Messager Ngozi ariyi izoserukira Uburundi mu nkino za Total CAF Champions league .

Must Read

Francine Niyonsaba avuze rimwe baba barikosoye  

0
  Ubwo ibihejeje kuba hagati ya Francine Niyonsaba umunonotsi w’Umurundi na rimwe mu mashirahamwe y’ugutumatumanako amakuru, Econet, vyoba vyerekana ko hari iyindi ntambwe igiye guterwa...