Umugwi Vital’o Fc umaze gushira ahabona abakinyi 18 hamwe na Staff bazokwerekeza mu gihugu ca Tanzania mu ntumbero yo kwitabira urukino rw’akivandimwe bazokina Simba Sc yo mu gisagara ca Dar es Salaam Ku musi wa Gatandatu Igenekerezo rya 22 Myandagaro 2020.Abazoherekeza umugwi :1) Kibuga Ramadhan ( Uwumenyekanisha amakuru muri FFB )
2) Djamal Seifu ( Prezida )
3) Mukurarinda Evariste 🙁 Vice Prezida )
4) Manirambona Papy ( Tresorie)
Staff:
1) Mputela Mboya Emmando ( Umumenyereza )
2) Ndizeye Alain Bangama ( Icegera ciwe )
3)Irakoze Arcela ( Umuganga)Abakinyi 18
——————-
1) Kasereka chance
2) Iringa Ives
3) Kabura Christian
4)Bizimana Joe
5) Nahimana Jyslain
6)Abou Jures
7)Jumapili Iddy
8)Ndayishimiye Hussein
9)Shaka Tresor
10) Mugisha Alfred
11) Nahimana Steve
12) Pepe Mangumunyampara
13)Ndikumana Magloire
14) Nzeyimana juma
15) Murangira Ramires
16) Gasore Pepe
17) Gasereka Thierry
18)Salum Ramad