HomeIKIRUNDI_newskirundiFridolin Bushituzi yashitse muri Buja fm

Fridolin Bushituzi yashitse muri Buja fm

Umwe mu bamenyeshamakuru bagezweho mu gutanga amakuru y’inkino akaba atangaza neza umupira w’amaguru Fridolin Bushituzi yamaze kwumvikana na Buja fm akaba yatanguye kuyikorera ikiganiro B sports cama kiba ku wa mbere gushika ku wa gatanu isaha zitanu gushika samunani z’umuhingamo akaba ayijemwo avuye mu yindi radiyo ikomeye mu gisagara ca Bujumbura inzwi kw’izina rya RFM .

Fridolin Bushituzi afise impamyabushobozi mu vyo kwubaka “Génie civil ” yaronkeye kuri kaminuza y’umuco bita université Lumière , avuka mu ntara ya Kayanza akaba ashobora kuvuga amakuru y’inkino zose.

- Advertisment -

Must Read

Gervais Ndirakobuca: “Le métier de police est une vocation, un travail...

0
Conformément à l'article 259 de la Constitution du Burundi, qui précise que les membres des corps de défense et de sécurité ont le droit d'être informé et...