5.5 C
New York
Saturday, September 25, 2021
HomeBurundiCoopérative des musiciens yabateguriye igiteramo

Coopérative des musiciens yabateguriye igiteramo

 

Campero club nico kibanza kizokwakira igiteramo c’agakura nkuko icapa c’ico giteramo kivyerekana mbere bikemezwa na Cedric Bangy arongoye koperative y’abaririmvyi mu Burundi.

Iyo koperative imaze gutunganya ibiteramo vyinshi
Mu mugambi wayo wo gushira ku mugaragaro album yambere y’indirimbo z’abaririmvyi bashasha bafashijwe gusohora indirimbo zabo na COOPERATIVE DES MUSICIENS DU BURUNDI.

Cédric Bangy agahamagarira abakunzi b’umuziki kuzokwitaba ico giteramo co gusoherera indirimbo abaririmvyi bafashwe mu mugongo na cooperative bise “Amahoro iwacu” gitegekanijwe kw’igenekerezo rya 4 Nyakanga umwaka turimwo akazoba ari mw’ijoro ryo ku musi wa gatanu mu bunywero bwo mu gisagara hagati bita Campéro club.

- Advertisment -

Must Read

Hamenyekanye izina ry’igikorwa Masterland agira asohore

0
Ni mu gihe twari duheruka kumubona mw'ihiganwa rya Tagata na Primustar aho yashitse mu gice gishira ica nyuma ariko ntiyaronka amahirwe yo gutahukana agashimwe...