5.5 C
New York
Tuesday, April 20, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports | Riyad Mahrez yasanganywe Coronavirus

# Indundi Sports | Riyad Mahrez yasanganywe Coronavirus

Inkuru ibabaje Ku bakunzi b’umukinyi Riyad Mahrez.

Mu gitondo ko kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 07 Nyakanga 2020, umugwi Manchester City washize ahabona itangazo rivuga y’uko umukinyi wabo wo kuruhande Umunya Algeria Riad Mahrez yasanganywe Umugera wa Coronavirus.

Mu majambo yanditse kuri Tweeter yiwe Riad Mahrez yashimiye abariko bamwandikira buri akanya aranabasaba y’uko botekana ameze neza .

” murakoze Ku butumwa bwiza muriko muranyandikira jewe meze neza ndabasavye y’uko umwe umwe wese yotekana “.

Mwomenya y’uko Riad Mahrez abaye umukinyi agira kabiri wa Manchester city arwaye Coronavirus , akaba akurikiye mugenzi wiwe bakinana Aymeric Laporte.

Must Read

Amazi asigaje isantimetero 50 kugira agere ahashikira ibidandazwa

0
Imiriyaridi zababa 2 z'amafaranga y'amarundi niyo akenewe kugira ikivuko ca Bujumbura kibangamiwe n'iduga ry'amazi y'ikiyaga Tanganyika gisanurwe mu kurindirika ibikorwa vyo kucagura. Umushikiranganji ajejwe...