5.5 C
New York
Tuesday, April 20, 2021
Home CAN2019 #Indundi Sports | PLB: Uku Niko imigwi igiye guhura kindwi ya 2

#Indundi Sports | PLB: Uku Niko imigwi igiye guhura kindwi ya 2

 

 

Mu mpera zo muri ino ndwi ni ukuvuga Ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 12 n’uwimama igenekerezo rya 13 Nyakanga 2020, ihiganwa rya Primus league rizoba ryabandanije kundwi yaryo ya 2 .

Uko Niko imigwi izohura Ku musi wa Gatandatu

– Isaha indwi n’igice 13h30 Bs Dynamik izoba yakiriye Musongati Fc Ku kibuga c’intwari

– Isaha icumi 16h00 , Inter Star izoba yakiriye Vital’o Fc Ku kibuga c’intwari

– isaha icenda 15h00 Les Elephants izoba yakiriye Athletic Academy Ku kibuga c’urunani

– isaha icenda Olympic Star izoba yakiriye Buja city ku kibuga c’umuco

– Isaha icenda 15h00 , Aigle Noire izoba yakiriye Messager Ngozi Ku kibuga ca P. PARCK

– Isaha icenda 15h00 , Royale Fc izoba yakiriye umugwi wa Kayanza United Ku kibuga c’ingoma

Ku musi w’imana :

-isaha indwi n’igice 13h30 Rukinzo Fc izoba yakiriye Flambeau du centre Ku kibuga c’intwari

– Isaha icumi 16h00 , Muzinga Fc izoba yakiriye Bumamuru

 

Must Read

Amazi asigaje isantimetero 50 kugira agere ahashikira ibidandazwa

0
Imiriyaridi zababa 2 z'amafaranga y'amarundi niyo akenewe kugira ikivuko ca Bujumbura kibangamiwe n'iduga ry'amazi y'ikiyaga Tanganyika gisanurwe mu kurindirika ibikorwa vyo kucagura. Umushikiranganji ajejwe...