5.5 C
New York
Saturday, April 10, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports | Abanya Africa babiri muri Equipe type ya Premier...

# Indundi Sports | Abanya Africa babiri muri Equipe type ya Premier league y’umwaka

Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 10 Nyakanga 2020, niho ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu bwongereza ryashira ahabona abakinyi 11 bitwaye neza mw’ihiganwa rya Premier league 2019/2020.

Muri urwo rutonde harimwo abakinyi babiri gusa babanya Africa abo nabo akaba ari Sadio Maney wa Liverpool yinjije ibitsindo 18 mu nkino 35 hamwe n’imipira 7 itanga ibisindo akinira hamwe na Pierre Emerick Aubameyang akinira Arsenal .

Aba nibo bakinyi 11 bitwaye neza mw’ihiganwa rya Premier league 2019/2019.

-Umunyegori: Nick Pope

abakinyi b’inyuma: Trent Alexander – Arnold , Virgil Van Dijk, caglar Soyuncu, Andy Robertson

– abakinyi bo bahagati: Jordan Henderson, Kevin de bruyne , David Silva

Attaque : Pierre – Emerick Aubameyang, Sadio Mané, Jamie Vardy

 

Must Read

Les Jumeaux Music Club : Apprendre comment devenir boss de soi-même

0
Au moment où le marché du travail devient de plus en plus rare et que certains lauréats des universités tant publiques que privées gardent...