5.5 C
New York
Thursday, January 28, 2021
Home Burundi Imigenderanire y’Uburundi n’ishirahamwe ONU ngo igiye kunagurwa

Imigenderanire y’Uburundi n’ishirahamwe ONU ngo igiye kunagurwa

Uburundi ngo bugiye gutsimbataza imigenderanire yabwo n’ishirahamwe mpuzamakungu ONU.

Umushikirangaji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu Albert Shingiro yabishikirije ku muhingamo wo kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 14 Nyakanga umwaka w’2020 inyuma y’umubonano yahaye icegera c’umunyamabanga mukuru w’iryo shirahamwe ajejwe akarere ka Afrika Bintu Keita yari arongoye izindi ntumwa.

Albert Shingiro amenyesha ko iryo shirahamwe rigiye gushigikira umugambi w’igihugu ujanye n’iterambere rusangi.

Must Read

Francine Niyonsaba avuze rimwe baba barikosoye  

0
  Ubwo ibihejeje kuba hagati ya Francine Niyonsaba umunonotsi w’Umurundi na rimwe mu mashirahamwe y’ugutumatumanako amakuru, Econet, vyoba vyerekana ko hari iyindi ntambwe igiye guterwa...