groups-at-messageInkino

Abakinyi 11 b’abanya Africa badafise imigwi harimwo Yaya Touré

 

Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 16 Nyakanga 2020, ikinyamkuru Orange football Club cashize ahabona abakinyi 11 b’abanya Africa bigeze kuba rurangiranwa muri kino gihe ata migwi bafise babarizwamo.

Muri urwo rutonde harimwo amazina y’abanya Africa yigeze kuba akomeye nka Yaya Touré, Emanuel Adebayor , Stephane Sesegno hamwe na Alexandre Song.

Uru nirwo rutonde rw’abakinyi 11 b’abanya Africa badafise imigwi babarizwamo :

1) Vincent Enyama
2) Drissa Diakité
3) Cédric Mongongu
4) Cheihr M Bengue
5) Bakaro Koné
6) Yaya Touré
7) Stephane Sesegno
8)Papy Cissé
9)Choupo Noting
10) Emanuel Adebayor
11)Alexandre Song

 

What's your reaction?

Related Posts