Home# Indundi Sports | Iddy Museremu yerekeje mu gihugu c'urwanda
Array

# Indundi Sports | Iddy Museremu yerekeje mu gihugu c’urwanda

 

Kuri uyu wa Mbere igenekerezo rya 21 Nyakanga 2020 , niho Umusatirizi yinjije ibitsindo vyinshi (19) mw’ihiganwa rya Primus league 2019-2020, Iddy Museremu yafashe indege yerekeza mu gihugu ca Tanzania . 

 

Akaba yavuye hano mu gitondo yerekeza muri Tanzania mu ntara ya Kigoma niho guca afata indege iza kumushikana mu gihugu c’urwanda . 

 

Museremu Iddy akaba kwifadikanya n’abandi bakinyi b’umugwi wiwe Mushasha Gasogi United kugira barabe y’uko botangura kwitegurira ihigawa rikurikira.

 

Mwomenya ko Iddy Museremu amaze gushira umukono Ku masezerano yo gukinira uwo Mugwi Gasogi united mu kiringo c’imyaka 2.

 

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Rukiya Bizimana mu rutonde rw’abakinyi bahiganirwa agashimwe...

0
  Umukinyi w’intamba mu rugamba z’abigeme Bizimana Rukiya yashizwe mu rutonde rw’abakinyi 10 bakiri bato  bahiganirwa agashimwe k’umukinyi yavyitwayemwo neza gusumba abandi mu nkino zo...