Home# Indundi Sports | PLB : Ng'abo abamaze kwinjiza ibitsindo vyinshi
Array

# Indundi Sports | PLB : Ng’abo abamaze kwinjiza ibitsindo vyinshi

Nkuko mu bizi mu mpera z’indwi yaraye iheze ihiganwa ryo mu Burundi Primus league ryari ryabandanije kundwi yayo igira 3 , abakinyi 10 bamaze kwinjiza ibitsindo vyinshi gusumba abandi akaba ari aba bakurikira.

1 Nshimirimana Darcy ( Royal Fc) ibitsindo 3
2) Irakoze Saido ( Kayanza United ) ibitsindo 3
3) Nzojibwami John Franck ( Aigle Noire ) Ibitsindo 2
4) Murutabose Hemedy ( Inter Star ) ibitsindo 2
5) Rukundo Therence ( Kayanza United )
6) Ndikumana Landry ( Rukinzo Fc) ibitsindo 2
7) Bizimana Hamissi coutinho ( Rukinzo Fc) ibitsindo 2
8) Irakoze Amissi Leo ( Musongati Fc ) ibitsindo 2
9) Ndakwizeye Bienvenue ( Athletic Academy )
10) Nintunze Audace ( Les Elephants) ibitsindo 2

 


 

- Advertisment -

Must Read

L’autorisation spéciale accordée aux musulmans est soumise aux conditions sévères contre...

0
Dans une conférence de presse animée par le Directeur Général de l’elevage, ce mercredi 6 juillet 2022 à Bujumbura, la question de la dérogation...