5.5 C
New York
Friday, May 14, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports | PLB: Uku Niko imigwi yatsindanye kundwi ya 3

# Indundi Sports | PLB: Uku Niko imigwi yatsindanye kundwi ya 3

Ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kundwi yaryo igira Gatatu mpera y’indwi iheze.

Uku Niko Imigwi yatsindanye :

– BS Dybamik yatsinzwe na Les Élephants igitsindo 1 Ku 0

– Messager Ngozi itsindwa na Olympic Star ibitsindo 2 Ku 0

– Flambeau du Centre yanganije na Aigle Noire 0 Ku 0

– Buja City yatsinze Muzinga igitsindo 1-0

– Bumamuru itsindwa na Royal Fc ibitsindo 2 kuri 1

– Kayanza United yanyagiye Athletico Academy ibitsindo 3 Ku 0

– Musongati Fc itsinda Vital’o Fc ibitsindo 2 kuri 1

– Inter Star inganya na Rukinzo Fc igitsindo 1 kuri 1

 

Must Read

#Sat B| Ikinyobwa Cambiye (waragi)kirateye induru mu banye dini

0
Mu gihe asigaye ari umuserukizi wa Crown Royal ishirahamwe risanzwe rikora Ikinyobwa Cambiye mu bwoko bw'ama liquer( waragi). Sat B yatowe ngo abe Ambassadeur yemererwa...