5.5 C
New York
Saturday, January 16, 2021
Home abakinyi bakina hanze UEFA : Aba nibo bamenyereza bahiganirwa agashimwe k’umwaka

UEFA : Aba nibo bamenyereza bahiganirwa agashimwe k’umwaka

Abasanzwe batwara ihiganwa rya UEFA Champions league bashize ahabona abamenyereza 10 hazotorwamwo 1 kugira atahukane agashimwe k’umwana 2019-2020.

Muri kino gihe hakaba hasigaye abamenyereza 3 bonyene nabo akari ari Jurgen Klopp wa Liverpool, Hans- Dieter Flick wa Bayern Munich hamwe na Julian Nagelsmann wa Leipzig.

Uko abandi bakurikiranye :

4) Thomas Tuchel ( Paris SG) : amanota 76
5) Gian Pieto Gasperini ( Atalanta) : Amanota 68
6) Julem Lopotegui ( Séville): amanota 57
7)Rudi Garcia ( Lyon) : amanota 32
8) Zinedine Zidane ( Real Madrid ): Amanota 25
9) Joseph Guardiola ( Manchester City ) : Amanota 11
10) Antonio Conte ( Inter de Milan ) : Amanota 9

 

Must Read

Amafaranga arenga imiriyaridi 343 niwo mutahe utegekanijwe gukoreshwa

0
Amafaranga y’amarundi angana n’imiriyaridi 343 966 281 085 niyo atagekanyijwe kuzokoreshwa nk’umutahe n'amashirahamwe arenga 2500 mu gihe ubuzi burenga ibihumbi 10 butegekanijwe gutangwa n’ayo...