5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
HomeBurundiIbikorwa vyari bimaze imyaka 3 vyarahagaze bigiye gusubira gukorwa

Ibikorwa vyari bimaze imyaka 3 vyarahagaze bigiye gusubira gukorwa

Ibikorwa vyo kwubaka urugomero rw’umuyagankuba ku ruzi Mpanda bigiye gusubira gutangura. Urwo rugomero ruzotanga umuyagankuba ungana na megawate 10 n’ibice bibiri

Ivyo ni ibiri mu nteguro y’itegeko rigenga ivyo bikorwa yemejwe n’inama nshikiranganji yabaye mw’ino ndwi buca turangiza.

Prosper Ntahorwamiye, Umuvugizi wa Reta aributsa ko ivyo bikorwa vyari vyarahagaze kuva mu mwaka w’2017 kumvo z’uko uburyo bwari bwakenye.

- Advertisment -

Must Read

Africa Nova agiye gusubira kuryohera abamukunda

0
Indirimbo zitari nke za Africa Nova zakunzwe haraheze igihe kitari gito, ziriko zirasubirwamwo. izo ndirimbo zikaba ziriko zisubirwamwo n'uwo muririmvyi nyene. Imwe muriyo ni Mwiriwe...