5.5 C
New York
Monday, May 10, 2021
Home Burundi Igiciro c'amazi yo ku mabombo rusangi caragabanuwe

Igiciro c’amazi yo ku mabombo rusangi caragabanuwe

Igiciro c’amazi yo ku mabombo rusangi cavuye ku mafaranga 10 gishirwa ku mafaranga 5 kw’ibido y’amaritiro 20.

Ibido cumi zizogurwa amafaranga 50 gusa. Iyo ngingo y’ishirahamwe Regideso rijejwe gukwiragiza mu banyagihugu umuyagankuba n’amazi, ikaba ije gushira mu ngiro itegeko ry’umukuru w’igihugu rigabanya igiciro c’amazi ku bice 50% mu ntumbero yo kwikingira Coronavirus.

Mwomenya ko iyo ngingo iraba amabombo rusangi gusa ko yatanguye gushirwa mu ngiro kuva kw’igenekerezo rya 15 Nyakanga uwu mwaka turimwo.

Must Read

Esther Nish ngo Urwo ruhererekana rw’ibiteramo ni no mu ntumbero yo...

0
Uruhererekane rw’ibiteramo, n’ishirwa ahabona ry’urukurikirane rw’indirimbo nivyo umuririmvyi Esther Nish n’abasahirizi biwe, Bukiv Label bari baramutse bayagira abamenyeshamakuru ku musi w’ejo igenekerezo rya 7...