5.5 C
New York
Sunday, October 17, 2021
Homeabakinyi bakina hanzePLB: Musongati ngo gutakaza amanota atatu mube muravyihoza

PLB: Musongati ngo gutakaza amanota atatu mube muravyihoza

Mu mpera z’indwi yaraye iheze ihiganwa rya Primus league ryari ryabandanije kundwi yaryo igira 4 , Umugwi Musongati Fc gushika n’ubu uracafata intebe y’ubwami muri Primus league naho Les Élephants yaraye iyibujije gutora amanota atatu Ku kibuga c’urunani .

Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 4 y’ihiganwa rya Primus league :

Kayanza United yanganije na Bs Dynamik igitsindo 1 kuri 1

Royal Fc yaraye itsinzwe na Buja City ibitsindo 3 Ku 0

– Athletic Academy itangaza Inter Star mu kuyitsindo 3 kuri 2

– Rukinzo Fc inganya na Messager Ngozi igitsindo 1 kuri 1

– Aigle Noire itsinda Muzinga Fc ibitsindo 2 Ku 0

– Vital’o Fc itsinda Flambeau du Centre ibitsindo 2 Ku 0

– Olympic Star yatsinze Bumamuru ibitsindo 2 Ku 0

– Les Élephants inganya na Musongati igitsindo 1 kuri 1

Uko niko imigwi igenda isumbanya amanota :

1) Musongati : 10
2) Olympic Star : 9
3) Buja city : 9
4) Rukinzo Fc : 8
5) Kayanza United :7
6) Les Élephants: 7
7) Aigle Noir : 7
8) Athletic Academy :6
9) Inter Star : 4
10) Bs Dynamik : 4
11) Flambeau du centre 4
12) Muzinga Fc: 12
13) Messager Ngozi : 4
14) Royal Fc : 4
15) Vital’o : 3
16) Bumamuru : 0

- Advertisment -

Must Read

Yvan Muziki yoba yagize ubugeni n’umunyarwandakazi Marina?

0
Ku musi w’ejo habonetse amashusho n’amasanamu ya Yvan Muziki hamwe n’umukunzi wiwe akaba n’umuririmvyikazi w’umunyarwanda Marina, baboneka mu mwambaro w’ubugeni. Ayo mashusho akaba yabonetsemwo abantu...