5.5 C
New York
Tuesday, October 26, 2021
Homeabakinyi bakina hanzePLB: Abakinyi 3 nibo bari kw'isonga mu bafise ibitsindo vyinshi

PLB: Abakinyi 3 nibo bari kw’isonga mu bafise ibitsindo vyinshi

Inyuma y’aho inkino z’indwi ya 4 ya Primus league zirangiriye, abakinyi 3 nibo bari kw’isonga mu bakinyi bamaze kwinjiza ibitsindo vyinshi gusumba abandi abo nabo akaba ari Franck Nzojibwami wa (Aigle Noire) Irakoze Saidi wa (Musongati Fc ) hamwe na Nshimirimana Dercy wa ( Royal Fc ) abo bose umwe umwe wese akaba amaze kwinjiza ibitsindo 3.

Aba nibo bakinyi 14 bafise ibitsindo vyinshi gusumba abandi :

1) Nshimirimana Darcy (Royal FC) afise ibitsindo 3
2) Irakoze Saidi (Kayanza United) afise ibitsindo 3
3) Nzojibwami John Franck (Aigle Noir CS) afise ibitsindo 3
4) Shaka Tresor (Vitalo) afise ibitsindo 2
5) Nintunze Audace (les Elephants) afise ibitsindo 2
6) Lazar Ndabitezimana(Buja city) afise ibitsindo 2
7) Pascal Ramadhan(Olympic Star) afise ibitsindo 2
8) Urasenga Cédric Danny (Messager Ngozi) afise ibitsindo 2
9) Kwizera Eric (Olympic Star) afise ibitsindo 2
10) Rukundo Therence (Kayanza United) afise ibitsindo 2
11) Ndikumana Landry(Rukinzo) afise ibitsindo 2
12) Bizimana Hamissi Coutigno (Rukinzo) afise ibitsindo 2
13) Irakoze Amissi Leon (Musongati) afise ibitsindo 2
14) Ndakwizeye Bienvenu(Atletico Academy) afise ibitsindo 2

 

- Advertisment -

Must Read

Muri bamwe 3 muri Primustar Masterland ngo yarimwo

0
Masterland ngo ntiyigera asuzugura ihiganwa na rimwe mu mahiganwa amaze kujamwo, kuko kanatsinda ngo amaze kuja mu yatari make kandi arabirambiyemwo.  Mu kiganiro na Hosy...