Michou na Dj Theo bemeza ko ama WebTv ya hano iwacu yiganana
Michou Miracle ngo naho abandi benshi iyo bipfuza gutanguza ibinyamakuru babanza kwiyumvira Youtube ngo we siko abona Tv azoshinga. Mu Kiganiro yagiranye na Indundi Tv, Michou yavuze ko aho yakoreye hose ngo ico yahaneguye…