5.5 C
New York
Wednesday, January 27, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports | Abakinyi 6 bakina hanze nibo bahamagawe muri Taifa...

# Indundi Sports | Abakinyi 6 bakina hanze nibo bahamagawe muri Taifa Stars

Umumenyereza w’umugwi nserukira gihugu wa Taifa Stars muri Tanzania Umurundi Etienne Ndayiragije yaraye asohoye urutonde rw’abakinyi 25 bazotana mu mitwe n’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba mu rukino rwa kivandimwe rwo ku musi w’Imana igenekerezo rya 11 Gitugutu 2020, Isaha icenda 15h00 za hano iwacu Ku kibuga citiriwe  Mukapa kiri I Dar es Salaam .

Abakinyi 6 gusa bakina hanze y’igihugu nibo batumiwe muri urwo rutonde .

Aba nibo bakinyi 25 bahamagawe:

1) Metacha Mnata ( Yanga Sc)
2) Aishi Manula ( Simba Sc)
3) David Kissu ( Azam Fc)
4) Shomari Kapombe ( Simba Sc )
5) Israel Mwenda ( KMC FC)
6) Mohamed Hussein ( Simba Sc)
7) Bryson David ( Azam Fc)
8) Bakari Mwamnyeto ( Yanga Sc)
9) Abdallah Sebo ( Azam Fc)
10) Diskson Job ( Mtibwa sugar )
11) Iddy Mobby ( Polisi Tanzania )
12) Jonas Mkude ( Simba Sc )
13) Humid Mao ( ENNPI)
14) Saimon Msuva ( Diffa El Jadid)
15) Ditram Nchimbi ( Yanga Sc)
16) Feisal Salum ( Yanga Sc)
17) Ally Msengi ( Stellenbosch)
18) Mbwana Samatta ( Fenerbahce)
19) John Bocco ( Simba Sc)
20) Mzamiru Yasin ( Simba Sc)
21) Iddy Nado ( Azam Fc )
22) Thomas Ulimwengu ( Tp Mazembe )
23) Nickson Kibabage ( Diffa El Jadid)
24) Said Ndemla ( Simba Sc)
25) Sure Boy ( Azam Fc)

 

 

Must Read

Inyuma y’ubugeni bwa Kigingi ngo n’ukwerekeza muri Canada

0
  Umukunzi wa Kigingi yabajijwe ibibazo bitari bike ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Muri ivyo bibazo, hagumye hagarukamwo ikibazo c’urukundo rwiwe na Mugenzi Aubin benshi...