5.5 C
New York
Wednesday, May 12, 2021
Home Burundi #Soccer beach |Ihiganwa rikuru ryatangujwe

#Soccer beach |Ihiganwa rikuru ryatangujwe

Imirwi 11 yo mu cicaro ca mbere na 10 yo mu cicaro ca kabiri niyo izohiganwa mw’ihiganwa ry’umupira wo ku musenyi nkuko vyameshejwe na Juma Musoma arongoye igisata co guteza imbere umupira wo ku musenyi .

Imirwi itandukanye yarahuye mw’ihiganwa ryayo kuri uwu wa gatandatu no ku w’Imana ku kibuga ca Big one way .

Nguko uko imirwi yatsindanye :

Ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 3 Gitugutu 2020:

Barimex 4-6 Beach boys
Les élites 6-7 Kanyosha beach

Ku wa mungu igenekerezo rya 4 Gitugutu 2020 .

Azam yatsinze Africa sport 8 kuri 7.
Mikimba itsindwa na Saga Sable 5 kuri 7.

Iryo higanwa rizobandanya mu mpera zindwi turimwo.

Must Read

Éliminatoires CAN Féminin | Uburundi buzohura na Érythrée

0
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Rusama 2021 , mu cicaro gikuru ca CAF muri Misiri niho haba tombola y’ukungene imigwi y’abigeme izohura...