5.5 C
New York
Saturday, January 23, 2021
Home Burundi Education: Umugambi w’amashure shingiro woba wifashe gute inyuma y’imyaka 6 utangujwe?

Education: Umugambi w’amashure shingiro woba wifashe gute inyuma y’imyaka 6 utangujwe?

Inyuma y’imyaka itandatu irangiye Reta y’Uburundi itanguje umugambi w’amashure-shingiro mu ntumbero yo kwongereza akanovera k’inyigisho, ubushikiranganji bw’indero n’ubushakashatsi bufadikanije n’ishirahamwe UNICEF buriko buragira isuzuma ry’uwo mugambi mu gihugu cose.

Intumbero akaba ari ukuraba akarusho izo nyigisho zazanye hamwe n’ingorane zoba zarawubonetsemwo mu ntumbero yo kuzitorera umuti.

Iryo suzuma ryatanguye kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 5 Gitugutu 2020 rikaba ritegekanijwe kuzorangira kuwa 16 Gitugutu uwu mwaka.

Abayobozi bose bakaba basabwa kworohereza umurwi  w’abahinga uriko urakora iryo suzuma.

Must Read

Dj Bisoso yikuye mw’ihiganwa ry’ikiganiro the Choice yohuriyemwo na DJ Ira...

0
  Ikiganiro The choice gica ku mboneshakure Isibo  yo mu gihugu kibanyi c’Urwanda iriko irategura gutanga ubushimwe mu mice itandukanye y’ubuzima bw’umuziki muri ico gihuguc’Urwanda....